Imare amazinda nawe uyamare abandi mu guterera ico uzi kuri Kazīndūzi!
Ubwoya bw'inka bushinze, bugaragaza ko ishobora kuba irwaye. Ubw'iyikomeye buba busenye neza nk'umus...
Umuryango w'abantu bavuye i Buganda
Umuryango w'abantu bavuye i Bushubi.
Ubwoya bw'inka bushinze, bugaragaza ko ishobora kuba irwaye. Ubw'iyikomeye buba busenye neza nk'umusezero.
Umuryango w'abantu bavuye i Bujiji amasubiza i Buha muri Tanzaniya.
Umuryango w'abantu basindikiza umwami ku murwa.