Agatutuma

Insiguro:

  • 1 month ago By Admin

    Akantu gasongoye usanga kw'iradiyo canke amaterefone ndetse n'ibindi bikoresho vy'ubuhinga bwa none, gafasha mu gusama ubuhuha ngo amajwi canke ivyo urondera gupakurura uvana mu kirere bikunde binyaruke.

    Injira kugira utore.

    0