Akaranga

Insiguro:

  • 5 days ago By Clovis Niyonkuru

    Ibiranga abantu ba nâkâ, bo mu muryango munaka canke b'ahantu hanaka. Akaranga kabonekera mu rurimi, mu nkino, mu bikoresho, mu ntwaro, muri rusangi kabonekera mu mvugo no mu ngiro vy'abantu.

    Injira kugira utore.

    0