Gutwenga

Insiguro:

  • 1 month ago By Admin

    guserura umunezero uturutse ku co wibutsem ku co ubariwe, canke bakudidadize, bikabonekera ku kwasama bujana no gutura akamo werekana amenyo.

    Injira kugira utore.

    0