Ibanga

Insiguro:

  • 1 week ago By Clovis Niyonkuru

    1. Ni ikinyegézwa;
    2. Ikintu kizwi n'abantu bake;
    3. Ico umuntu ategérezwa gukora;
    4. Umurimo, ibikorwa umuntu ashinzwe;
    5. Urwêgo rw'igihugu; kamere y'umuntu cânké y'ikintu

    Injira kugira utore.

    0