umurima uhabwa umwana. Vyaravugwa kandi (icĭbare c'umwami) ku rugo umwami yashobora kugira mu ntara y'umutware kanaka cafatwa ko kidatwarwa n'uyo mutware ubundi ariwe yobaye ahatwara
Injira kugira utore.
0Intara yagabwa n'umwami igatwarwa n'icariho c'umwami maze agatwarira umwami. Umwami yashobora kuhakoza ico ashaka cose.
Icitiranwa c' icibare ni Icari
Injira kugira utore.
0