Amazína umūntu yītâzīra cânké umuryāngo cânké umugwi w'ábāntu bīvúga máze bakayakorēsha mu kwìíhaya nó mu kwìíshōngora, ababûmvīse bati : abo ní bā nâká bó mu bă nâká.
Injira kugira utore.