Ni agakoko gatoyi kagenda karikwega, gafise ubwoya bwinshi kandi bubaba cane. Iyo ubwo bwako bukoze ku mubiri w'umuntu kabumusigako bugasigara buramubaba, agaca afurutirwa.
Injira kugira utore.