Ikirambi

Insiguro:

  • 11 months ago By Admin

    Agitanda abana baryamako

    Injira kugira utore.

    0
  • 4 months ago By Akanyaburunga

    Iri zina rirabaho ku Nkiko ya Mugamba hitwa Ku Kirambi. Bahise uko kubera harambitse, hashashe kandi hakaba harambitse intatemwa ya Mwezi Gisabo.

    Injira kugira utore.

    0