Ikitazi

Insiguro:

  • 2 weeks ago By Akanyaburunga

    Umwana atanguye gukanura nk'ubona ariko ataratandukanya ibintu. Bafata ko atazi ikintu na kimwe. Hari n'imvugo ngo ni ikitazi kitavuga.

    Injira kugira utore.

    0