Ikorovati

Insiguro:

  • 1 month ago By Admin

    akantu gateye bwa mweko bambara mw'izosi hejuru y'igori ry'ishati kugire bashaze baberwe. ishobora kuba ndende canke agatangurirwa

    Injira kugira utore.

    0