Inkingi

Insiguro:

  • 1 month ago By Admin

    igiti gikomeye kiba gishinze hagati munzu kigarukira mw'ikoma gishigikira inzu kugira igume. Munyubako za none inkingi zubakishwa amatafari canke isima kandi zishobora no kuba nyinshi kunzu imwe

    Injira kugira utore.

    0