Ipfupfu

Insiguro:

  • 1 month ago By Admin

    Ni inyama ivyibushe kandi inuze iba hagati na hagati mu bituu vy'inka na canecane impfizi igenda irahibagirana iyo inka itambutse. Iboneka canke ku mpfizi yahatuye.

    Injira kugira utore.

    0