Ibikorwa vyakorwa ku musi wa mbere w'indwi i butware cânké i buganwa, ivyo bikorwa vyaba ari vyo gusenya cânké kuvoma. Uwateba gushika yakubitwa ibimoko, uwasiba yarahanwa cane.
Injira kugira utore.