Ni ukwezi kugira kane mu mwaka. Imvura ibi igwa cane. Inzuzi zikuzura. Abantu ntibabe bakironka ingene bazijabuka vyoroshe. Musanzwe muzi ko abarundi b’aho hambere bakunda kugenderanira no kuramukanya ; iyo inzuzi zuzuye baca bikora ku majwi bagatuma abo babonye hakurya bati "urandamukiriza abandi". Aho niho rero baciye bakura izina Ndamukiza bise ukwezi kwa kane.
Injira kugira utore.
0