Ntare

Insiguro:

  • 1 month ago By Akanyaburunga

    Izina ry'umwami yatangurira iganza. Twaronse Ntare Rushatsi ari nawe yaguye, agatunganya mbere akubaka Uburundi nk'igihugu kimwe; umwami wa mbere w'Uburundi bwitwa Uburundi, yatanguje n'ingoma y'Abaganwa.

    Injira kugira utore.

    0