Ntwarante

Insiguro:

  • 1 month ago By Akanyaburunga

    Ni ukwezi kugira gatatu. Muri ukwo kwezi ivyimburwa vyarimwe ku mutasuro vyaba vyeze. Nk’uko mubibona mw-izina, haba ari igihe abantu baba bagorwa no kwimbura bakabura uko babikika.

    Haba heze imyungu, ibigori, ibiraya, n’ibindi. Bimwe bagenda babitengatiye bikoragurika batabona uko bari bubishikane imuhira, umuntu akibaza ati: “Ntwara nte?”

    Injira kugira utore.

    1