Nzéro

Insiguro:

  • 1 month ago By Akanyaburunga

    Ukwezi kwa mbere mu mwaka. Muri ukwo kwezi bivugwa ko kwarimwo inzara izura inzara. Benshi baranagutazira “ukwezi kwa Ndabigirente”, ni ukuvuga ukwezi kw’ibibazo bidasanzwe. Ukwezi umuntu yaguma yijijanya imitima yibaza ukwo agiye kubaho. Akazeragirika, azera inze.

    🙂Ariko rero, kuba ari ukwezi ko “kwizera”. Muri uko kwezi abantu baba biteze umwimbu w’ivyo barimye mu kwezi kw’icenda. Ibigori vyarimwe ku mutasuro, ibiharage, n’ibindi. Nzero rikomoka mu rivuga “kwizera”.

    Injira kugira utore.

    0