Ubususuru

Insiguro:

  • 4 weeks ago By Akanyaburunga

    Ni kurya kuntu umuntu yumva imbeho. Uwukarirwa no gukanya bavuga ko akaza ubususuru. MN: Ntimukangwe n'uko womengo harimwo irivuga "gususuruka", iryo jambo rivuga imbeho, ugukanya.

    Injira kugira utore.

    0