Umubindi

Insiguro:

  • 1 month ago By Admin

    ubwoko bw'inkono bakoresha mu kuvoma no gushingura amazi.Ariko kandi barayikoresha no mu kwenga , gushingura no kugemura inzoga

    Injira kugira utore.

    0