Umuryango

Insiguro:

  • 4 months ago By Admin

    Umurwi w'abantu basangiye amaraso, bafitaniye isano. Ariko kandi umuryango ushobora kuba umurwi w'abantu bagiye hamwe mu bikorwa bagasenyera k'umugozi umwe. Ak. Umuryango utabara imbabare.

    Injira kugira utore.

    0
  • 1 week ago By Clovis Niyonkuru

    1. Ni umugwi w'ábāntu wīyítīrira kó wāmûka ku mūntu umwé, sĕkuru wîwé ashobora kubá arího cânké atákirihó. Umuryāngo ushobora kubá abāntu babá mü nzu imwé, mu rugó rumwé, cânké abāntu bafisé ikīntu kibahŭza.

    2. Abìíyitīrira sĕkuru wa kêra būmvá bátăbōnye abăndi batacībuka bakavuga ngo abānâká

    Injira kugira utore.

    0