Umwami

Insiguro:

  • 1 month ago By Akanyaburunga

    Umuganwa avuka mu nda y'ingoma yimitswe akaganza igihugu. Iryo jambo rikoreshwa mlu Burundi no mu Rwanda. Mu Burundi, twagize abami bari mu miryango ine: Abatare, Abezi, Abambutsa n'Abataga.

    Injira kugira utore.

    0